Translation of the Meanings of the Noble Qur'an - Kirundi translation - Yusuf Gheti

external-link copy
142 : 3

أَمۡ حَسِبۡتُمۡ أَن تَدۡخُلُواْ ٱلۡجَنَّةَ وَلَمَّا يَعۡلَمِ ٱللَّهُ ٱلَّذِينَ جَٰهَدُواْ مِنكُمۡ وَيَعۡلَمَ ٱلصَّٰبِرِينَ

Ngendanyi z’Intumwa! Mbega mwibaza ko mwokwinjira mu Bwami bw’ijuru, mu gihe Imana Allah Itabanje kubagerageza kugira Yerekane ku vyo Isanzwe Izi, abaharanira idini ryayo vy’ukuri n’abihanganira guhangana n’abansi! info
التفاسير: