Übersetzung der Bedeutungen von dem heiligen Quran - Die Übersetzung in Kirundi - Yusuf Ghiti.

external-link copy
40 : 21

بَلۡ تَأۡتِيهِم بَغۡتَةٗ فَتَبۡهَتُهُمۡ فَلَا يَسۡتَطِيعُونَ رَدَّهَا وَلَا هُمۡ يُنظَرُونَ

Ahubwo rero, umuhero w’isi uzoshikira abagarariji giturumbuka batawiteguriye, maze bajumararirwe, batekerwe n’ubwoba badashoboye no guhagarika nya bihano; eka ntibazohabwa n’agahengwe ko gutenyenya ngo bigaye canke ngo biregure. info
التفاسير: