Prijevod značenja časnog Kur'ana - Prijevod na kinyarwanda jezik - Jusuf Gahiti

external-link copy
18 : 9

إِنَّمَا يَعۡمُرُ مَسَٰجِدَ ٱللَّهِ مَنۡ ءَامَنَ بِٱللَّهِ وَٱلۡيَوۡمِ ٱلۡأٓخِرِ وَأَقَامَ ٱلصَّلَوٰةَ وَءَاتَى ٱلزَّكَوٰةَ وَلَمۡ يَخۡشَ إِلَّا ٱللَّهَۖ فَعَسَىٰٓ أُوْلَٰٓئِكَ أَن يَكُونُواْ مِنَ ٱلۡمُهۡتَدِينَ

Mu vy’ukuri, abubaka bakitwararika imisigiti y’Imana Allah, ni abemera Imana Allah n’umusi w’iherezo, bagatsimbataza n’amasengesho, bagatanga n’ishikanwa-bwirizwa, ntibanatinye n’igitsure c'uwo ari we wese mu vyo bakora kiretse Imana Allah. Abo ni bo bagororotsi rero vy’ukuri. info
التفاسير: