Prijevod značenja časnog Kur'ana - Prijevod na kinyarwanda jezik - Jusuf Gahiti

external-link copy
47 : 18

وَيَوۡمَ نُسَيِّرُ ٱلۡجِبَالَ وَتَرَى ٱلۡأَرۡضَ بَارِزَةٗ وَحَشَرۡنَٰهُمۡ فَلَمۡ نُغَادِرۡ مِنۡهُمۡ أَحَدٗا

Ntumwa y’Imana! Ibutsa kandi abantu, umusi Twebwe Allah Twakuye imisozi aho yahora Tukayihotsa, ukabona isi igaragara, ata kiremwa na kimwe kiyisigayeko, maze Tukegeraniriza hamwe ibiremwa vyose, ata na kimwe Turetse muri vyo; info
التفاسير: