আল-কোৰআনুল কাৰীমৰ অৰ্থানুবাদ - কিকঙ্গো (বান্টু) অনুবাদ- ইউছুফ ঘহীতি

external-link copy
67 : 6

لِّكُلِّ نَبَإٖ مُّسۡتَقَرّٞۚ وَسَوۡفَ تَعۡلَمُونَ

Burya inkuru yose irafise aho igarukira, ukuri n’ikinyoma bigaheza bikamenyekana, impera n’imperuka rero muzomenya inkurikizi z’ivyo mugira igihe mwashikiwe n’ibihano vy’Imana Allah. info
التفاسير: