[12] Nk’uko vyagenze ku rugamba rwa Uhudi no ku rugamba rwa Khandaqi.
[13] Nko kunezerwa canke kuronka iminyago.
[14] Nk’amagorwa canke kuneshwa ku rugamba.
[15] Indyarya ntizizigiye indishi ku vyo zikora, ntizinatinya guhanirwa ivyo ziretse gukora; ivyo bigaturuka ku kwiyorobeka mu kugaragaza ukwemera no mu guhisha ubugarariji.