《古兰经》译解 - 吉隆德语翻译 - 优素福·盖希提。

external-link copy
9 : 86

يَوۡمَ تُبۡلَى ٱلسَّرَآئِرُ

Umusi amabanga azoshirwa ahabona, ivyiza bikamenyekana n’ibibi bikagaragara; info
التفاسير: