《古兰经》译解 - 吉隆德语翻译 - 优素福·盖希提。

external-link copy
127 : 6

۞ لَهُمۡ دَارُ ٱلسَّلَٰمِ عِندَ رَبِّهِمۡۖ وَهُوَ وَلِيُّهُم بِمَا كَانُواْ يَعۡمَلُونَ

Bafise icumbi ry’iteka n’itekane mu Bwami bw’ijuru bategekanirijwe n’Imana yabo Rurema Allah ku musi w’izuka, ni na Yo Muhagarikizi Ikaba n’Umutabazi wabo ku vyiza bahora bakora. info
التفاسير: