《古兰经》译解 - 吉隆德语翻译 - 优素福·盖希提。

external-link copy
57 : 22

وَٱلَّذِينَ كَفَرُواْ وَكَذَّبُواْ بِـَٔايَٰتِنَا فَأُوْلَٰٓئِكَ لَهُمۡ عَذَابٞ مُّهِينٞ

Nayo abagararije isengwa ry’Imana Imwe Rudende Allah bakanahakana bivuye inyuma Intumwa yayo hamwe na Aayah za Qor’ani, abo ni bo bantu rero bagenewe ibihano bisuzuguza vyo mu muriro wa Jahannamu. info
التفاسير: