《古兰经》译解 - 吉隆德语翻译 - 优素福·盖希提。

external-link copy
281 : 2

وَٱتَّقُواْ يَوۡمٗا تُرۡجَعُونَ فِيهِ إِلَى ٱللَّهِۖ ثُمَّ تُوَفَّىٰ كُلُّ نَفۡسٖ مَّا كَسَبَتۡ وَهُمۡ لَا يُظۡلَمُونَ

Bantu! Nimwiyubare rero umusi mwasubiye ku Mana Allah kugira muharurirwe, hanyuma umwe wese muri mwebwe akazohabwa indishi y’ivyiza canke ibibi yarondeye, kandi rero abantu ntibazorenganywa mu kurenza urugero rw’ibihano canke mu kugabanywa indishi[57]. info

[57] Izi Aayah zirerekana ko kuvavanura n’inyungu izira (riba) gutsimbataza ukwemera hamwe n’ibindi bikorwa vyiza bitegetswe; nk’ugutsimbataza amasengesho, ugutanga ishikanwa-bwirizwa n’ibindi.

التفاسير: