Salin ng mga Kahulugan ng Marangal na Qur'an - Salin sa Wikang Kirundi ni Yusuf Ghayiti

external-link copy
20 : 9

ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ وَهَاجَرُواْ وَجَٰهَدُواْ فِي سَبِيلِ ٱللَّهِ بِأَمۡوَٰلِهِمۡ وَأَنفُسِهِمۡ أَعۡظَمُ دَرَجَةً عِندَ ٱللَّهِۚ وَأُوْلَٰٓئِكَ هُمُ ٱلۡفَآئِزُونَ

Abemeye Imana Allah n’Intumwa yayo bakubahiriza n’amabwirizwa yayo, bakanimukira mu gihugu cubaha kikubahiriza ubwislamu, bagaharanira n'idini ry’Imana Allah mu gutanga amatungo yabo no mu kwitanga bo nyene ubwabo, barafise urwego ruhambaye ku Mana Allah, ni na bo rero benintsinzi y’Ubwami bw’ijuru. info
التفاسير: