Salin ng mga Kahulugan ng Marangal na Qur'an - Salin sa Wikang Kirundi ni Yusuf Ghayiti

external-link copy
192 : 7

وَلَا يَسۡتَطِيعُونَ لَهُمۡ نَصۡرٗا وَلَآ أَنفُسَهُمۡ يَنصُرُونَ

Ntibinashoboye gutabara ababisenga ngo bibakingire inabi, eka na vyo nyene ntibishoboye kwikingira inabi! info
التفاسير: