Salin ng mga Kahulugan ng Marangal na Qur'an - Salin sa Wikang Kirundi ni Yusuf Ghayiti

external-link copy
64 : 6

قُلِ ٱللَّهُ يُنَجِّيكُم مِّنۡهَا وَمِن كُلِّ كَرۡبٖ ثُمَّ أَنتُمۡ تُشۡرِكُونَ

Ntumwa y’Imana! Babwire uti: “Ni Imana Allah Yonyene Yobakiza izo ntureka z’ubwoba n’ayandi magume ayo ari yo yose, hanyuma na mwe mugaca muyibangikanya”. info
التفاسير: