Salin ng mga Kahulugan ng Marangal na Qur'an - Salin sa Wikang Kirundi ni Yusuf Ghayiti

external-link copy
55 : 6

وَكَذَٰلِكَ نُفَصِّلُ ٱلۡأٓيَٰتِ وَلِتَسۡتَبِينَ سَبِيلُ ٱلۡمُجۡرِمِينَ

Ntumwa y'Imana! Ni nk’ukwo rero Twebwe Allah Dutomora ivyemezo vyacu vyerekana ukuri kugira ngo kumenyekane, no kugira kandi hamenyekane inzira y’inkozi z’ikibi zica kubiri n’Intumwa zacu. info
التفاسير: