Salin ng mga Kahulugan ng Marangal na Qur'an - Salin sa Wikang Kirundi ni Yusuf Ghayiti

external-link copy
6 : 54

فَتَوَلَّ عَنۡهُمۡۘ يَوۡمَ يَدۡعُ ٱلدَّاعِ إِلَىٰ شَيۡءٖ نُّكُرٍ

Ntumwa y’Imana! Birengagize maze ubarabishe amaso. Bihoze, ubarindire, ubatege umusi umuraritsi yavugije inzamba ararikira ibiremwa kuja ku kintu gihambaye koko, na co si ikindi, ni uguharurirwa ivyo vyakoze; info
التفاسير: