Salin ng mga Kahulugan ng Marangal na Qur'an - Salin sa Wikang Kirundi ni Yusuf Ghayiti

external-link copy
85 : 4

مَّن يَشۡفَعۡ شَفَٰعَةً حَسَنَةٗ يَكُن لَّهُۥ نَصِيبٞ مِّنۡهَاۖ وَمَن يَشۡفَعۡ شَفَٰعَةٗ سَيِّئَةٗ يَكُن لَّهُۥ كِفۡلٞ مِّنۡهَاۗ وَكَانَ ٱللَّهُ عَلَىٰ كُلِّ شَيۡءٖ مُّقِيتٗا

Uwo wese avugiye uwundi ku ciza kimwungura, aronka indishi nziza kuri iryo vugira ryiwe. Nayo uwuvugiye uwundi ku kibi gitera ingaruka mbi, na we nyene yandikirwa ivyaha kuri iryo vugira ryiwe. Burya Imana Allah Yamye ari Yo Mugabuzi Ibeshaho abaja bayo, Mubungabunzi w’ibikorwa vyabo. info
التفاسير: