Salin ng mga Kahulugan ng Marangal na Qur'an - Salin sa Wikang Kirundi ni Yusuf Ghayiti

external-link copy
7 : 4

لِّلرِّجَالِ نَصِيبٞ مِّمَّا تَرَكَ ٱلۡوَٰلِدَانِ وَٱلۡأَقۡرَبُونَ وَلِلنِّسَآءِ نَصِيبٞ مِّمَّا تَرَكَ ٱلۡوَٰلِدَانِ وَٱلۡأَقۡرَبُونَ مِمَّا قَلَّ مِنۡهُ أَوۡ كَثُرَۚ نَصِيبٗا مَّفۡرُوضٗا

Abahungu bakuze canke bakiri bato, barafise ico bagenewe n’Imana Allah mu bisigi vy’abavyeyi n’ivy’abavandimwe babo bapfuye. N’abakobwa bakuze canke bakiri bato, na bo nyene barafise ico bagenewe n’Imana Allah mu bisigi vy’abavyeyi n’ivy’abavandimwe babo bapfuye, uko bingana kwose, biba bike canke vyinshi, ni umugabane bagenewe n’ibwirizwa ry’Imana Allah. info
التفاسير: