Salin ng mga Kahulugan ng Marangal na Qur'an - Salin sa Wikang Kirundi ni Yusuf Ghayiti

external-link copy
113 : 3

۞ لَيۡسُواْ سَوَآءٗۗ مِّنۡ أَهۡلِ ٱلۡكِتَٰبِ أُمَّةٞ قَآئِمَةٞ يَتۡلُونَ ءَايَٰتِ ٱللَّهِ ءَانَآءَ ٱلَّيۡلِ وَهُمۡ يَسۡجُدُونَ

Burya abahawe Igitabu ntibanganya ukwemera; muri bo harimwo umugwi w’abagororotsi bemera Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), bakarara barasoma Aayah za Qor’ani mu gicugu banubamira Imana Allah mu gusenga; info
التفاسير: