పవిత్ర ఖురాన్ యొక్క భావార్థాల అనువాదం - కిరుండి అనువాదం - యూసుఫ్ ఘహీతి

external-link copy
166 : 3

وَمَآ أَصَٰبَكُمۡ يَوۡمَ ٱلۡتَقَى ٱلۡجَمۡعَانِ فَبِإِذۡنِ ٱللَّهِ وَلِيَعۡلَمَ ٱلۡمُؤۡمِنِينَ

Ivyabashikiye rero mugakomeretswa canke mukicwa, umusi hahangana umugwi w’abemeramana n’umugwi w’ababangikanyamana ku rugamba rwa Uhudi, aho abemeramana batsinze mu ntango ariko bakaza gutsindwa mu nyuma, ivyo vyose vyari vyaragezwe ku bushobozi bw’Imana Allah, kugira Imana Allah Yerekane ku vyo Isanzwe Izi, maze Igaragaze abemeramana vy’ukuri muri mwebwe; info
التفاسير: