పవిత్ర ఖురాన్ యొక్క భావార్థాల అనువాదం - కిరుండి అనువాదం - యూసుఫ్ ఘహీతి

external-link copy
56 : 22

ٱلۡمُلۡكُ يَوۡمَئِذٖ لِّلَّهِ يَحۡكُمُ بَيۡنَهُمۡۚ فَٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ وَعَمِلُواْ ٱلصَّٰلِحَٰتِ فِي جَنَّٰتِ ٱلنَّعِيمِ

Inganji y’ubwami kuri uwo musi w’izuka, ni iy’Imana Allah Izoheza Igaca urugororotse hagati y’abemeramana n’abagarariji. Abemeye rero Imana Allah n’Intumwa yayo bagakora n’ivyiza bitegetswe, bazoba bari mu Bwami bw’ijuru bwuzuyemwo inema. info
التفاسير: