அல்குர்ஆன் மொழிபெயர்ப்பு - கிருண்டி மொழிபெயர்ப்பு - யூசுப் கஹீதி

external-link copy
3 : 57

هُوَ ٱلۡأَوَّلُ وَٱلۡأٓخِرُ وَٱلظَّٰهِرُ وَٱلۡبَاطِنُۖ وَهُوَ بِكُلِّ شَيۡءٍ عَلِيمٌ

Ni Yo rero Uwintango, Yabayeho hatarabaho n’ikintu na kimwe; Uwuhoraho-Wiherezo Izokwamaho, Rwigaragaza Iri hejuru ya vyose; Rwihisha Iri hafi y’ibiremwa ata na kimwe muri vyo kiyihisha, Itanabonwa n’amaso yavyo ng’aha kwisi. Ni na Yo rero Nyenubumenyikurivyose, Irazi neza ibikorwa vy’ibiremwa. info
التفاسير: