د قرآن کریم د معناګانو ژباړه - کیروندي ژباړه - یوسف ګهيتي

external-link copy
26 : 9

ثُمَّ أَنزَلَ ٱللَّهُ سَكِينَتَهُۥ عَلَىٰ رَسُولِهِۦ وَعَلَى ٱلۡمُؤۡمِنِينَ وَأَنزَلَ جُنُودٗا لَّمۡ تَرَوۡهَا وَعَذَّبَ ٱلَّذِينَ كَفَرُواْۚ وَذَٰلِكَ جَزَآءُ ٱلۡكَٰفِرِينَ

Mu nyuma, ni ho rero Imana Allah Yamanurira ituze n’itekane Intumwa yayo hamwe n’abemeramana baraheza baraguma ku rugamba, Ibateza ingoga ingabo z’abamalayika mutigeze mubona zivuye mw’ijuru, guryo Irabashikana ku ntsinzi, Iranahana n’abagararije. Ico rero, ni co gihano c’abarwanya idini ry’Imana Allah bagahakana bivuye inyuma n’Intumwa yayo. info
التفاسير: