د قرآن کریم د معناګانو ژباړه - کیروندي ژباړه - یوسف ګهيتي

external-link copy
78 : 21

وَدَاوُۥدَ وَسُلَيۡمَٰنَ إِذۡ يَحۡكُمَانِ فِي ٱلۡحَرۡثِ إِذۡ نَفَشَتۡ فِيهِ غَنَمُ ٱلۡقَوۡمِ وَكُنَّا لِحُكۡمِهِمۡ شَٰهِدِينَ

Ntumwa y’Imana! Ibuka n’inkuru y’Umuvugishwamana Dawudi hamwe n’umwana wiwe Sulayimani (ba nyakugira amahoro y’Imana Allah), igihe baca urubanza rw’abantu babiri babitwayeko, aho intungwa z’umwe muri bo zonye mw’ijoro umurima w’uwundi, maze Dawudi aca urubanza ko izo ntungwa zokwegukira nyenumurima, kuko zanganya igiciro n’ivyononekaye, kandi Twari n’Ivyabona ku ngingo yafashe. info
التفاسير: