د قرآن کریم د معناګانو ژباړه - کیروندي ژباړه - یوسف ګهيتي

external-link copy
49 : 21

ٱلَّذِينَ يَخۡشَوۡنَ رَبَّهُم بِٱلۡغَيۡبِ وَهُم مِّنَ ٱلسَّاعَةِ مُشۡفِقُونَ

Abatinya ibihano vy’Imana yabo Rurema Allah kandi batayibona, bakanagira impungenge zo gutinya umusi w’umuhero w’isi. info
التفاسير: