د قرآن کریم د معناګانو ژباړه - کیروندي ژباړه - یوسف ګهيتي

external-link copy
47 : 21

وَنَضَعُ ٱلۡمَوَٰزِينَ ٱلۡقِسۡطَ لِيَوۡمِ ٱلۡقِيَٰمَةِ فَلَا تُظۡلَمُ نَفۡسٞ شَيۡـٔٗاۖ وَإِن كَانَ مِثۡقَالَ حَبَّةٖ مِّنۡ خَرۡدَلٍ أَتَيۡنَا بِهَاۗ وَكَفَىٰ بِنَا حَٰسِبِينَ

Twebwe Allah, Tuzotereka umunzani utunganye wo kugererako ibikorwa vy’ibiremwa ku musi w’izuka, nta n’umwe rero azorenganywa ku kintu na kimwe mu vyo yakoze, n’aho coba gito kingana n’urutete rwa Khardal[9] rungana n'urutete rw'ururo, Tuzokimugerera kuri nya munzani maze Tukimuhembere, caba iciza canke ikibi. Ni na Twebwe Allah Dukwiye kuba Ababungabunzi Bahembera ibiremwa ku vyo vyakoze. info

[9] Khardal, ni ubwoko bw’ibimera, bifise intete zingana n’iz’uburo.

التفاسير: