ߞߎ߬ߙߣߊ߬ ߞߟߊߒߞߋ ߞߘߐ ߟߎ߬ ߘߟߊߡߌߘߊ - ߞߌߙߎߣߘߌߞߊ߲ ߘߟߊߡߌ߬ߘߊ - ߦߎߛߎߝ ߦߊߺߊ߳ߑߞ߫ߎߓߏߝߌߗ ߓߟߏ߫

external-link copy
124 : 3

إِذۡ تَقُولُ لِلۡمُؤۡمِنِينَ أَلَن يَكۡفِيَكُمۡ أَن يُمِدَّكُمۡ رَبُّكُم بِثَلَٰثَةِ ءَالَٰفٖ مِّنَ ٱلۡمَلَٰٓئِكَةِ مُنزَلِينَ

Muvugishwamana! Ibuka n’igihe ingendanyi zawe zabangamirwa n’irungikwa ry’ingabo zije gutabara ababangikanyamana ku rugamba rwa Badri, maze Tukaguhishurira ko wozibwira uti: “Ntibibakwiye ko Imana yanyu Rurema Allah Ibarungikira ingabo zigera ku bihumbi bitatu vy’abamalayika, bamanutse bava mw’ijuru bagana ku rugamba, kugira babatere inkunga banabatsimbataze ku rugamba!”. info
التفاسير: