ߞߎ߬ߙߣߊ߬ ߞߟߊߒߞߋ ߞߘߐ ߟߎ߬ ߘߟߊߡߌߘߊ - ߞߌߙߎߣߘߌߞߊ߲ ߘߟߊߡߌ߬ߘߊ - ߦߎߛߎߝ ߦߊߺߊ߳ߑߞ߫ߎߓߏߝߌߗ ߓߟߏ߫

external-link copy
22 : 16

إِلَٰهُكُمۡ إِلَٰهٞ وَٰحِدٞۚ فَٱلَّذِينَ لَا يُؤۡمِنُونَ بِٱلۡأٓخِرَةِ قُلُوبُهُم مُّنكِرَةٞ وَهُم مُّسۡتَكۡبِرُونَ

Imana yanyu Ibwirijwe gusengwa vy’ukuri, ni Imana Imwe Rudende Allah, burya abatemera ko hariho izuka ry’ibiremwa, imitima yabo irahakana ko hariho Imana Imwe Rudende, bakagira n’amanyama mu kutemera kuyisenga vy’ukuri ari Imwe Rudende. info
التفاسير: