पवित्र कुरअानको अर्थको अनुवाद - किरुन्दी अनुवाद : युसुफ घहीती ।

external-link copy
18 : 57

إِنَّ ٱلۡمُصَّدِّقِينَ وَٱلۡمُصَّدِّقَٰتِ وَأَقۡرَضُواْ ٱللَّهَ قَرۡضًا حَسَنٗا يُضَٰعَفُ لَهُمۡ وَلَهُمۡ أَجۡرٞ كَرِيمٞ

Mu vy’ukuri, abatanga imperezwa mu bagore n’abagabo, bakanatanga no mu nzira y’Imana Allah ata kwihaya ata n’agashinyaguro, Imana Allah Ibagwiriza indishi incuro nyinshi, Ikazonabaha impembo yubashwe kandi yamaho y’Ubwami bw’ijuru. info
التفاسير: