पवित्र कुरअानको अर्थको अनुवाद - किरुन्दी अनुवाद : युसुफ घहीती ।

external-link copy
169 : 4

إِلَّا طَرِيقَ جَهَنَّمَ خَٰلِدِينَ فِيهَآ أَبَدٗاۚ وَكَانَ ذَٰلِكَ عَلَى ٱللَّهِ يَسِيرٗا

Kiretse inzira ibashikana mu muriro wa Jahannamu, bazowubamwo ibihe bidahera, mu bihano vyamaho. Kandi rero, ivyo ku Mana Allah biroroshe. info
التفاسير: