पवित्र कुरअानको अर्थको अनुवाद - किरुन्दी अनुवाद : युसुफ घहीती ।

external-link copy
167 : 4

إِنَّ ٱلَّذِينَ كَفَرُواْ وَصَدُّواْ عَن سَبِيلِ ٱللَّهِ قَدۡ ضَلُّواْ ضَلَٰلَۢا بَعِيدًا

Ntumwa y’Imana! Mu vy’ukuri, abagararije bagahakana bivuye inyuma ko uri Intumwa y’ukuri, bakanaburagiza abantu kwinjira mu bwislamu, ni ukuri baramaze guhuba uguhuba kuri kure cane y’ukuri. info
التفاسير: