पवित्र कुरअानको अर्थको अनुवाद - किरुन्दी अनुवाद : युसुफ घहीती ।

external-link copy
166 : 4

لَّٰكِنِ ٱللَّهُ يَشۡهَدُ بِمَآ أَنزَلَ إِلَيۡكَۖ أَنزَلَهُۥ بِعِلۡمِهِۦۖ وَٱلۡمَلَٰٓئِكَةُ يَشۡهَدُونَۚ وَكَفَىٰ بِٱللَّهِ شَهِيدًا

Ntumwa y’Imana! Nihagira rero abakugarariza, Imana Allah Izoheza Ikubere Icabona ko wewe uri Intumwa yayo Yamanuriye Qor’ani ntagatifu, Yayimanuye ku bumenyi bwayo, kira noneho n’abamalayika bazokubera ivyabona ko ivyo wahishuriwe ari ukuri. Burya Imana Allah Irakwiye ubwayo kuba Icabona. info
التفاسير: