पवित्र कुरअानको अर्थको अनुवाद - किरुन्दी अनुवाद : युसुफ घहीती ।

external-link copy
157 : 4

وَقَوۡلِهِمۡ إِنَّا قَتَلۡنَا ٱلۡمَسِيحَ عِيسَى ٱبۡنَ مَرۡيَمَ رَسُولَ ٱللَّهِ وَمَا قَتَلُوهُ وَمَا صَلَبُوهُ وَلَٰكِن شُبِّهَ لَهُمۡۚ وَإِنَّ ٱلَّذِينَ ٱخۡتَلَفُواْ فِيهِ لَفِي شَكّٖ مِّنۡهُۚ مَا لَهُم بِهِۦ مِنۡ عِلۡمٍ إِلَّا ٱتِّبَاعَ ٱلظَّنِّۚ وَمَا قَتَلُوهُ يَقِينَۢا

Hiyongeyeko ivyo bavuze ku gasuzuguro bihaya bati: “Mu vy’ukuri, twarishe Masihi Isa mwene Mariyamu, Intumwa y’Imana Allah!”. Banguha! Eka ntibigeze bamwica, eka mbere ntibigeze banamubamba ku musaraba, ahubwo babamvye umuntu yambitswe n’Imana Allah, ishusho ryiwe, baraheza bibaza ko ari we Isa. Mu vy’ukuri, abahazana [24] ku ngingo yo kwicwa kwiwe, barafise amakenga ko bamwishe koko, nta n’ubumenyi babifiseko kiretse ugukekeranya gusa. Kira noneho ntibigeze bamwica; info

[24] Bamwe muri bo bavuga bati: “Ni we yishwe”. Abandi na bo bati: “Si we yishwe”.

التفاسير: