पवित्र कुरअानको अर्थको अनुवाद - किरुन्दी अनुवाद : युसुफ घहीती ।

external-link copy
145 : 4

إِنَّ ٱلۡمُنَٰفِقِينَ فِي ٱلدَّرۡكِ ٱلۡأَسۡفَلِ مِنَ ٱلنَّارِ وَلَن تَجِدَ لَهُمۡ نَصِيرًا

Mu vy’ukuri, indyarya zizohanirwa mu nyenga y’umuriro ku musi w’izuka. Ntumwa y’Imana! Menya neza kandi ko utazokwigera uzironkera umutabazi azikingira ibihano; info
التفاسير: