पवित्र कुरअानको अर्थको अनुवाद - किरुन्दी अनुवाद : युसुफ घहीती ।

external-link copy
120 : 4

يَعِدُهُمۡ وَيُمَنِّيهِمۡۖ وَمَا يَعِدُهُمُ ٱلشَّيۡطَٰنُ إِلَّا غُرُورًا

Shetani iraheza igaha abayikurikira isezerano n’umwizero vy’ikinyoma, kanatsinda ntiyigera ibaha isezerano kiretse isezerano ry’uruhendo. info
التفاسير: