पवित्र कुरअानको अर्थको अनुवाद - किरुन्दी अनुवाद : युसुफ घहीती ।

external-link copy
119 : 4

وَلَأُضِلَّنَّهُمۡ وَلَأُمَنِّيَنَّهُمۡ وَلَأٓمُرَنَّهُمۡ فَلَيُبَتِّكُنَّ ءَاذَانَ ٱلۡأَنۡعَٰمِ وَلَأٓمُرَنَّهُمۡ فَلَيُغَيِّرُنَّ خَلۡقَ ٱللَّهِۚ وَمَن يَتَّخِذِ ٱلشَّيۡطَٰنَ وَلِيّٗا مِّن دُونِ ٱللَّهِ فَقَدۡ خَسِرَ خُسۡرَانٗا مُّبِينٗا

Ni ukuri, abazonkurikira muri bo nzobahubisha inzira y’ukuri; ni ukuri nzobaha n’umwizero w’ikinyoma; ni ukuri nzonabararikira guca no gutobora amatwi y’ibitungwa; ni ukuri nzonabararikira guhindura indemo n’ubwiza-ndemanwa bahawe n’Imana Allah”. Uwo wese rero azokwumvira shetani akayikurikira, akayigira umuhagarikizi wiwe yirengagije Imana Allah, ni ukuri azoba yahomvye uruhombo rugaragara. info
التفاسير: