पवित्र कुरअानको अर्थको अनुवाद - किरुन्दी अनुवाद : युसुफ घहीती ।

external-link copy
118 : 4

لَّعَنَهُ ٱللَّهُۘ وَقَالَ لَأَتَّخِذَنَّ مِنۡ عِبَادِكَ نَصِيبٗا مَّفۡرُوضٗا

Irakavumwa n’Imana Allah. Shetani yarinamuye n’agahigihigi n’akantu iti: “Ni ukuri nzokwigirira mu biremwa vyawe umugwi uzwi, maze ndawuryohereze mu mvugo n’ingiro; info
التفاسير: