पवित्र कुरअानको अर्थको अनुवाद - किरुन्दी अनुवाद : युसुफ घहीती ।

external-link copy
112 : 4

وَمَن يَكۡسِبۡ خَطِيٓـَٔةً أَوۡ إِثۡمٗا ثُمَّ يَرۡمِ بِهِۦ بَرِيٓـٔٗا فَقَدِ ٱحۡتَمَلَ بُهۡتَٰنٗا وَإِثۡمٗا مُّبِينٗا

Uwo wese azocumura ku kwihenda, canke agakora icaha n’ibigirankana, hanyuma akavyegeka ku wundi ku kadenderezo, ni ukuri azoba yiremetse irementanya rutura risiga ubwenge kandi rihanwa. info
التفاسير: