पवित्र कुरअानको अर्थको अनुवाद - किरुन्दी अनुवाद : युसुफ घहीती ।

external-link copy
107 : 4

وَلَا تُجَٰدِلۡ عَنِ ٱلَّذِينَ يَخۡتَانُونَ أَنفُسَهُمۡۚ إِنَّ ٱللَّهَ لَا يُحِبُّ مَن كَانَ خَوَّانًا أَثِيمٗا

Ntuzonakingire mu kuvugira abihemukiye mu gucumura ku Mana Allah. Mu vy’ukuri, Imana Allah ntikunda namba umuhemu karuhariwe akaba n’umucumuzi ruhebwa; info
التفاسير: