पवित्र कुरअानको अर्थको अनुवाद - किरुन्दी अनुवाद : युसुफ घहीती ।

external-link copy
107 : 21

وَمَآ أَرۡسَلۡنَٰكَ إِلَّا رَحۡمَةٗ لِّلۡعَٰلَمِينَ

Ntumwa y’Imana! Ntitwakurungitse atari ukugira ubere impuhwe amajini n’abantu bose, gutyo hagire amahirwe uwukwemeye, hahombe uwuguhakanye. info
التفاسير: