पवित्र कुरअानको अर्थको अनुवाद - किरुन्दी अनुवाद : युसुफ घहीती ।

external-link copy
73 : 2

فَقُلۡنَا ٱضۡرِبُوهُ بِبَعۡضِهَاۚ كَذَٰلِكَ يُحۡيِ ٱللَّهُ ٱلۡمَوۡتَىٰ وَيُرِيكُمۡ ءَايَٰتِهِۦ لَعَلَّكُمۡ تَعۡقِلُونَ

Ni ho rero Twaheza Tukababwira Duti: “Nimukubite uwapfuye n’ibihimba bimwe mu bihimba vy’iyo nka mwabaze, Imana Allah Ica Imusubiza ubuzima araheza ababwira uwamwishe. Ni nk’uko nyene rero Imana Allah Izosubiza abapfuye ubuzima ku musi w’izuka, bakazuka. Ibereka n’ivyemezo vyerekana ubushobozi bwayo kugira ngo mutegere neza ububasha bwayo. info
التفاسير: