पवित्र कुरअानको अर्थको अनुवाद - किरुन्दी अनुवाद : युसुफ घहीती ।

external-link copy
33 : 14

وَسَخَّرَ لَكُمُ ٱلشَّمۡسَ وَٱلۡقَمَرَ دَآئِبَيۡنِۖ وَسَخَّرَ لَكُمُ ٱلَّيۡلَ وَٱلنَّهَارَ

Yabashoboje no kwikora ku zuba no ku kwezi bitigera bihagarara n’akanya na gato, kugira mworoherwe kuba kw’isi, Iranabaremera ijoro n’umurango kugira muturure, muruhuke mw’ijoro muheze murondere icorirenza ku murango. info
التفاسير: