पवित्र कुरअानको अर्थको अनुवाद - किरुन्दी अनुवाद : युसुफ घहीती ।

external-link copy
31 : 14

قُل لِّعِبَادِيَ ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ يُقِيمُواْ ٱلصَّلَوٰةَ وَيُنفِقُواْ مِمَّا رَزَقۡنَٰهُمۡ سِرّٗا وَعَلَانِيَةٗ مِّن قَبۡلِ أَن يَأۡتِيَ يَوۡمٞ لَّا بَيۡعٞ فِيهِ وَلَا خِلَٰلٌ

Ntumwa y’Imana! Bwira abaja banje bemeye vy’ukuri, batsimbataze isengesho rikwije ibisabwa ku mwanya waryo, banatange mu mpisho no ku mugaragaro mu vyo Twabaronkeje, imbere yuko bashikirwa n’umusi, ukwigombora canke ubugenzi vy’umuntu ata co bizomumarira. info
التفاسير: