पवित्र कुरअानको अर्थको अनुवाद - किरुन्दी अनुवाद : युसुफ घहीती ।

external-link copy
30 : 14

وَجَعَلُواْ لِلَّهِ أَندَادٗا لِّيُضِلُّواْ عَن سَبِيلِهِۦۗ قُلۡ تَمَتَّعُواْ فَإِنَّ مَصِيرَكُمۡ إِلَى ٱلنَّارِ

Abagarariji bagiriye Imana Allah ababangikanywa na Yo, kugira bahubishe abantu mw’idini ryayo. Ntumwa y’Imana! Babwire uti: “Nimuryoherwe gato mu buzima bwo kw’isi, mu vy’ukuri amaherezo yanyu ni mu muriro”. info
التفاسير: