पवित्र कुरअानको अर्थको अनुवाद - किरुन्दी अनुवाद : युसुफ घहीती ।

external-link copy
26 : 14

وَمَثَلُ كَلِمَةٍ خَبِيثَةٖ كَشَجَرَةٍ خَبِيثَةٍ ٱجۡتُثَّتۡ مِن فَوۡقِ ٱلۡأَرۡضِ مَا لَهَا مِن قَرَارٖ

Nayo akarorero k’ijambo ribi ryo kugarariza Imana Allah; ni nk’igiti kibi kirura, caranduwe kuko imizi yaco idashika mu kuzimu, ntikigire n’amashami akura aja hejuru[6]. info

[6] Ukugarariza rero, ni nk’ico giti kibi; nta na kimwe kwungura umugarariji, eka nta n’ibikorwa vyiza bitegetswe akora ngo abihemberwe n’Imana Allah.

التفاسير: