पवित्र कुरअानको अर्थको अनुवाद - किरुन्दी अनुवाद : युसुफ घहीती ।

external-link copy
25 : 14

تُؤۡتِيٓ أُكُلَهَا كُلَّ حِينِۭ بِإِذۡنِ رَبِّهَاۗ وَيَضۡرِبُ ٱللَّهُ ٱلۡأَمۡثَالَ لِلنَّاسِ لَعَلَّهُمۡ يَتَذَكَّرُونَ

Cama ivyamwa vyaco ku gihe Imana yaco Rurema Allah Yagitegekanirije[5]!. Burya Imana Allah, Iha uburorero abantu kugira bibuke, bikebuke. info

[5] Ukwemera rero, ni nk’ico giti ciza; gutsimbataye mu mutima, kugashamika ibikorwa bitegetswe n’ingeso nziza zishimisha Imana Allah, ivyo vyose bigaheza bigahemberwa n’Imana Allah ku gihe.

التفاسير: