ಪವಿತ್ರ ಕುರ್‌ಆನ್ ಅರ್ಥಾನುವಾದ - ಕಿರುಂಡಿ ಅನುವಾದ - ಯೂಸುಫ್ ಘಹಿತಿ

external-link copy
67 : 4

وَإِذٗا لَّأٓتَيۡنَٰهُم مِّن لَّدُنَّآ أَجۡرًا عَظِيمٗا

Ni ukuri, muri ico gihe Twari no kuziha mu buzima bwo kw’isi n’ubw’inyuma yo gupfa, indishi zihambaye zivuye iwacu Twebwe Allah; info
التفاسير: