ಪವಿತ್ರ ಕುರ್‌ಆನ್ ಅರ್ಥಾನುವಾದ - ಕಿರುಂಡಿ ಅನುವಾದ - ಯೂಸುಫ್ ಘಹಿತಿ

external-link copy
131 : 2

إِذۡ قَالَ لَهُۥ رَبُّهُۥٓ أَسۡلِمۡۖ قَالَ أَسۡلَمۡتُ لِرَبِّ ٱلۡعَٰلَمِينَ

Ivyo bigaterwa n’ubugamburutsi bwiwe igihe Imana yiwe Rurema Allah Yamubwira Iti: “Tsimbatara kw’idini ry’ubwislamu” ; na we akishura ati: “Naramaze kuba umwislamu nicisha bugufi mu gusenga Imana Allah, Umubungabunzi w’ibiremwa vyose”. info
التفاسير: