ការបកប្រែអត្ថន័យគួរអាន - ការបកប្រែជាភាសាគីរូនឌី - យូសុហ្វ ហ្គីហ៊ីទី

external-link copy
105 : 4

إِنَّآ أَنزَلۡنَآ إِلَيۡكَ ٱلۡكِتَٰبَ بِٱلۡحَقِّ لِتَحۡكُمَ بَيۡنَ ٱلنَّاسِ بِمَآ أَرَىٰكَ ٱللَّهُۚ وَلَا تَكُن لِّلۡخَآئِنِينَ خَصِيمٗا

Ntumwa y’Imana! Mu vy’ukuri Twebwe Allah Twakumanuriye Igitabu ca Qor’ani kirimwo ukuri kuzima, kugira utunganirize abantu bose ku vyo wahishuriwe ukerekwa n’Imana Allah, ntugakingire na gato rero abantu bihemukira mu kunyegeza ukuri; info
التفاسير: