Terjemahan makna Alquran Alkarim - Terjemahan Berbahasa Kirundi - Yusuf Ghiti

external-link copy
16 : 59

كَمَثَلِ ٱلشَّيۡطَٰنِ إِذۡ قَالَ لِلۡإِنسَٰنِ ٱكۡفُرۡ فَلَمَّا كَفَرَ قَالَ إِنِّي بَرِيٓءٞ مِّنكَ إِنِّيٓ أَخَافُ ٱللَّهَ رَبَّ ٱلۡعَٰلَمِينَ

Akarorero k’indyarya mu guhema abayahudi, ni nka shetani iyo yoheje umuntu ku gahemo n’akantu, ivuga iti: “Garariza Iyakuremye!”. Yamara kugarariza, ikamubwira imwihakana iti: “Ni ukuri jewe, ndavavanuye na we pe! Jewe ndatinya Imana Allah, Mubungabunzi w’ibiremwa vyose”. info
التفاسير: