Terjemahan makna Alquran Alkarim - Terjemahan Berbahasa Kirundi - Yusuf Ghiti

external-link copy
3 : 28

نَتۡلُواْ عَلَيۡكَ مِن نَّبَإِ مُوسَىٰ وَفِرۡعَوۡنَ بِٱلۡحَقِّ لِقَوۡمٖ يُؤۡمِنُونَ

Ntumwa y’Imana! Twebwe Allah, Tukwiganira vy’ukuri ku nkuru y’ivyashikiye Musa na Firawuni, ku neza y’abantu bemera iyi Qor’ani, bakanayigendera. info
التفاسير: